Buja sans tabou : la parole libre en scène !

Du 6 au 9 février 2014 se tenait la première édition du festival de théâtre dédié à « la parole libre ». Parce qu'il fallait « rendre hommage à ce travail », la journaliste Natacha Songore a vécu le rendez-vous de bout en bout. Reportage.

En ces temps brumeux où l'on voudrait faire taire les voix des opposants à l'obscurantisme et à l'oppression, une parole libre et audacieuse a

Isabukuru "Buja sans Tabou" irabandanya i Bujumbura

Isabukuru ya mbere mu Burundi y’ivyese yaraye yuguruwe icese. Umurwi Troupe lampyre wuguruye ibikorwa vy’isabukuru Buja Sans tabou izomara iminsi 4. Theatre ya mbere ku rutonde yagiye ahabona yavuga ku bijanye n’ingorane zihura n’abanyamwema.

Isabukuru y’ivyese ya mbere mu Burundi iriko ibera I Bujumbura yaguruwe ku munsi w’igenekerezo rya 06 Nzero izorangira ku munsi w’Imana igenekerezo rya 09 Nzero. Isabukuru Buja

Ivyari ku rutonde rw’isabukuru "Buja sans Tabou" vyose vyarakozwe

Isabukuru Buja sans tabou yarimaze iminsi iriko ibera mu bibanza bitandukanye vyo mu gisagara ca Bujumbura, yaraye isozewe n’igiteramo c’agakura ca kozwe n’umurwi wa Lion Story.

Isabukuru yari yateguwe n’umurwi ukina « théâtre » « La troupe lampyre » urongowe na Freddy Sabimbona yaraye isozerewe inyuma y’iminsi 4 iriko ibera mu kigo c’Abafaransa « IFB »

Theaterbrief Burundi – Clemens Bechtel über das Theaterfestival "Buja Sans Tabou" in der Hauptstadt Bujumbura

Mehr Angst als je zuvor

von Clemens Bechtel

Bujumbura, 16. April 2015. Wie Vieh werden die Gefangenen mit Stöcken in die Zelle getrieben. Sie stolpern, fallen übereinander, werden geschlagen, stehen wieder auf, schreien wütend oder verzweifelt gegen die Uniformierten an, die erbarmungslos weiter auf ihre Opfer einprügeln. Zwei Scheinwerfer beleuchten die Szene, das Publikum amüsiert sich über die Inszenierung von José Saramagos Roman